Indirimbo nshasha Aha Nihe y'umuririmvyi Niyonkuru Yusufu batazira Kirikou Akili iraharawe cane muri ino misi mu Burundi no mu Rwanda, eka mbere no hakurya y'amazi. Ku mbuga hwaniro hari abantu benshi ...